Umushikiranganji wa mbere w'Ubwongereza Sir Keir Starmer agabisha ko badashobora "kwemerera Perezida Putin gukinisha amasezerano ya we na Perezida Trump" ajanye no guhagarika intambara y'Uburusiya ...
Umunuko mubi cane ni wo watwakiriye tugeze mu gisagara ca Rodynske. Inyuma y'iminota mike twinjiye muri ico gisagara, niho twabona neza na neza iyo utera uva. Ikibombe carara (glide bomb/bombe ...